Guharura 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Isinzi ry’ikivange+ ryari hagati muri bo riserura ivyipfuzo bikomeye vy’ubwikunzi+, eka na bene Isirayeli basubira kurira, bavuga bati: “Ni nde azoduha inyama turya+? Yakobo 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muripfuza, yamara ntimuronka. Mubandanya kwica+ no kugira umwina+, yamara ntimushobora kuronka. Mubandanya kurwana+ no kugira intambara. Ntimuronka kuko mudasaba.
4 Isinzi ry’ikivange+ ryari hagati muri bo riserura ivyipfuzo bikomeye vy’ubwikunzi+, eka na bene Isirayeli basubira kurira, bavuga bati: “Ni nde azoduha inyama turya+?
2 Muripfuza, yamara ntimuronka. Mubandanya kwica+ no kugira umwina+, yamara ntimushobora kuronka. Mubandanya kurwana+ no kugira intambara. Ntimuronka kuko mudasaba.