Umusiguzi 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi jewe narabonye igikorwa c’ubutame cose be n’ubuhanga bwose mu gikorwa+, mbona yuko ari ubukeba umwe agirira uwundi+; ivyo na vyo nyene ni ubusa n’ukwiyahagura ukurikira umuyaga.
4 Kandi jewe narabonye igikorwa c’ubutame cose be n’ubuhanga bwose mu gikorwa+, mbona yuko ari ubukeba umwe agirira uwundi+; ivyo na vyo nyene ni ubusa n’ukwiyahagura ukurikira umuyaga.