ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 14:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Imburabwenge yavuze mu mutima wayo ngo:

      “Yehova nta wuriho+.”

      Barikwegeye guhona+, bakoze ibiteye ishishi.

      Nta n’umwe ariho akora iciza+.

  • Zaburi 75:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Nabwiye ibipfu nti: “Ntimube ibipfu+,”

      Mbwira n’ababisha nti: “Ntimushire hejuru ihembe+.

  • Imigani 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Abatwengera  mw’ijigo ukwagirwa n’ikosa ni ibipfu+, mugabo mu bagororotse hari ukwumvikana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika