1 Samweli 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Dawidi abandanya kubwira Sauli ati: “Kubera iki wumviriza amajambo y’abantu+, ngo: ‘Ehe Dawidi ariko arondera kukugirira nabi’?
9 Dawidi abandanya kubwira Sauli ati: “Kubera iki wumviriza amajambo y’abantu+, ngo: ‘Ehe Dawidi ariko arondera kukugirira nabi’?