2 Samweli 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo umwami avuga ati: “Mpuriye ku ki namwe+, ga yemwe bene Zeruwiya+? Nimumureke ahamagarire akabi kuri jewe+, kuko Yehova ari we yamubwiye ati+: ‘Hamagarira akabi kuri Dawidi!’ Ni nde none yovuga ati: ‘Kubera iki wagize gutyo+?’”
10 Mugabo umwami avuga ati: “Mpuriye ku ki namwe+, ga yemwe bene Zeruwiya+? Nimumureke ahamagarire akabi kuri jewe+, kuko Yehova ari we yamubwiye ati+: ‘Hamagarira akabi kuri Dawidi!’ Ni nde none yovuga ati: ‘Kubera iki wagize gutyo+?’”