1 Abami 1:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Nuko abatumire bose bari kumwe na Adoniya batangura kujugumira, maze barahaguruka baragenda, umwe wese ajana inzira yiwe+. Imigani 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uguca ivutu kw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+. Uwikwegera uburake bwiwe aba ariko yicumurako+.
49 Nuko abatumire bose bari kumwe na Adoniya batangura kujugumira, maze barahaguruka baragenda, umwe wese ajana inzira yiwe+.
2 Uguca ivutu kw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+. Uwikwegera uburake bwiwe aba ariko yicumurako+.