2 Abami 9:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma arinjira, ararya yongera aranywa, maze avuga ati: “Ndabinginze mwitwararike ico kivume+, mugihambe, kuko ari umukobwa w’umwami+.” 2 Ngoma 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Amaherezo Ahazi aryama hamwe na ba sekuruza, hanyuma bamuhamba mu gisagara, i Yeruzalemu, kuko batamwinjije mu mva z’abami ba Isirayeli+. Nuko Hezekiya umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
34 Hanyuma arinjira, ararya yongera aranywa, maze avuga ati: “Ndabinginze mwitwararike ico kivume+, mugihambe, kuko ari umukobwa w’umwami+.”
27 Amaherezo Ahazi aryama hamwe na ba sekuruza, hanyuma bamuhamba mu gisagara, i Yeruzalemu, kuko batamwinjije mu mva z’abami ba Isirayeli+. Nuko Hezekiya umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.