Zaburi 37:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Guma ucereje imbere ya Yehova+,Umurindire ubishashaye+.Nturungure kubera uwutuma inzira yiwe iroranirwa+,Kubera umuntu ashitsa ivyiyumviro afise+. Zaburi 73:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ehe! Abo ni ba babisha, bitekaniye igihe kitagira urugero+.Bongereje ibibabeshaho+. Malaki 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 None ubu abita imbere ni bo twita abahirwe+. Vyongeye, abakora ivy’ububisha barubatswe+. Ikigeretseko, baragejeje Imana, ariko baguma bigīra amahoro+.’”
7 Guma ucereje imbere ya Yehova+,Umurindire ubishashaye+.Nturungure kubera uwutuma inzira yiwe iroranirwa+,Kubera umuntu ashitsa ivyiyumviro afise+.
15 None ubu abita imbere ni bo twita abahirwe+. Vyongeye, abakora ivy’ububisha barubatswe+. Ikigeretseko, baragejeje Imana, ariko baguma bigīra amahoro+.’”