Umusiguzi 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Icabayeho kiri kure, kandi kirimbitse bihebuje. Ni nde yocubura+? Umusiguzi 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nk’uko nyene utazi inzira y’impwemu mu magufa mu nda y’uwibungenze+, ni ko utazi igikorwa c’Imana y’ukuri, imwe ikora ibintu vyose+. Daniyeli 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yongera kuvuga ati: “Genda Daniyeli, kuko aya majambo yagizwe akabanga kandi akabikwa nk’ayadomweko ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+.
5 Nk’uko nyene utazi inzira y’impwemu mu magufa mu nda y’uwibungenze+, ni ko utazi igikorwa c’Imana y’ukuri, imwe ikora ibintu vyose+.
9 Yongera kuvuga ati: “Genda Daniyeli, kuko aya majambo yagizwe akabanga kandi akabikwa nk’ayadomweko ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+.