Umusiguzi 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kurya nyene umuntu yavuye mu nda ya nyina, ni ko azokwongera kugenda ari gusa+, nk’uko yaje; nta kintu na kimwe umuntu ashobora kujana+ ku bw’igikorwa ciwe c’ubutame, ngo agende agitwaye mu kuboko kwiwe.
15 Kurya nyene umuntu yavuye mu nda ya nyina, ni ko azokwongera kugenda ari gusa+, nk’uko yaje; nta kintu na kimwe umuntu ashobora kujana+ ku bw’igikorwa ciwe c’ubutame, ngo agende agitwaye mu kuboko kwiwe.