Yesaya 38:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umuzima, umuzima, ni we ashobora kuguhaya+,Nk’uko nshobora kubigira uyu musi+.Se w’abana arashobora kubaha ubumenyi+ ku vyerekeye ukuri kwawe. Matayo 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nya mugore ati: “Egome, Mukama; ariko mu vy’ukuri utubwa twirira ku tuvunguka dukoroka tuva ku meza ya ba shebuja+.”
19 Umuzima, umuzima, ni we ashobora kuguhaya+,Nk’uko nshobora kubigira uyu musi+.Se w’abana arashobora kubaha ubumenyi+ ku vyerekeye ukuri kwawe.
27 Nya mugore ati: “Egome, Mukama; ariko mu vy’ukuri utubwa twirira ku tuvunguka dukoroka tuva ku meza ya ba shebuja+.”