Zaburi 71:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ewe Mana, wanyigishije kuva mu buto bwanje+,Kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe vy’agatangaza+. Zaburi 110:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abantu bawe+ bazokwitanga babikunze+ ku musi w’inteko zawe za gisirikare+.Mu bwiza bwakaka bw’ubweranda+, ufise igitero cawe c’imisore nk’amama y’ikime,Bakaza bavuye mu gitereko c’umutwenzi+. Zaburi 148:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yemwe misore+ namwe nyene bigeme b’isugi+,Yemwe batama+ hamwe n’abahungu+! Luka 2:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Mugabo ababwira ati: “Kubera iki mwiriwe murandondera? Ntimwari muzi ko ntegerezwa kuba ndi mu nzu ya Dawe+?” 2 Timoteyo 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 be n’uko guhera mu buhinja+ wamenye ivyanditswe vyeranda, ibishobora kukugira inkerebutsi ku bw’ubukiriro+ biciye ku kwizera kujanye na Kristu Yezu+.
17 Ewe Mana, wanyigishije kuva mu buto bwanje+,Kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe vy’agatangaza+.
3 Abantu bawe+ bazokwitanga babikunze+ ku musi w’inteko zawe za gisirikare+.Mu bwiza bwakaka bw’ubweranda+, ufise igitero cawe c’imisore nk’amama y’ikime,Bakaza bavuye mu gitereko c’umutwenzi+.
49 Mugabo ababwira ati: “Kubera iki mwiriwe murandondera? Ntimwari muzi ko ntegerezwa kuba ndi mu nzu ya Dawe+?”
15 be n’uko guhera mu buhinja+ wamenye ivyanditswe vyeranda, ibishobora kukugira inkerebutsi ku bw’ubukiriro+ biciye ku kwizera kujanye na Kristu Yezu+.