Zaburi 26:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova, nakunze inzu ubamwo+Be n’ahantu ubuninahazwa bwawe buba+. Zaburi 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,Ni co nzorondera+,Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+. Imigani 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbere biciye ku ngeso ziwe, umwana aramenyekana ko ivyo akora vyoba bityoroye kandi bigororotse+. Yohani 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abwira abariko bagurisha inuma ati: “Kura ivyo bintu ng’aha! Reka kugira iyi nzu+ ya Dawe inzu y’urudandaza+!”
4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,Ni co nzorondera+,Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+.
16 Abwira abariko bagurisha inuma ati: “Kura ivyo bintu ng’aha! Reka kugira iyi nzu+ ya Dawe inzu y’urudandaza+!”