Zaburi 112:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umutima wiwe ntushobora kunyiganyizwa+; ntazotinya+,ע [ʽAyini]Gushika yitegereje abarwanizi biwe+. 1 Abakorinto 15:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama. Abanyefeso 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muhagarare mushikamye rero, mukenyeje+ ukuri+ mu mafyinga, mwambaye ubugororotsi nk’igikingirizo c’igikiriza+,
58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.
14 Muhagarare mushikamye rero, mukenyeje+ ukuri+ mu mafyinga, mwambaye ubugororotsi nk’igikingirizo c’igikiriza+,