ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Indirimbo ya Salomo 4:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ikangure, ewe muyaga wo mu buraruko! Ingo, ewe muyaga wo mu bumanuko+! Huhēra ku murima wanje+. Ibimota neza vyawo nibishororoke.”

      “Umukunzi wanje niyinjire mu murima wiwe, yirire ivyamwa vyawo vyizavyiza.”

  • Indirimbo ya Salomo 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Umukunzi wanje yamanutse ku murima wiwe+, ku matuta y’ibiterwa vy’ibimota+, kuragira+ mu mirima, no kwaha amalisi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika