Indirimbo ya Salomo 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Mbwira aho uragira+, yewe muntu umutima wanje wakunze+, aho uvyagiza umukuku ku mutaga. Kuki nocika nk’umugore atwikiriye mu kigandaro mu masho ya bagenzawe?” Indirimbo ya Salomo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Umukunzi wanje ni uwanje, nanje nkaba uwiwe+. Ariko araragira+ mu mashurwe y’amalisi+.
7 “Mbwira aho uragira+, yewe muntu umutima wanje wakunze+, aho uvyagiza umukuku ku mutaga. Kuki nocika nk’umugore atwikiriye mu kigandaro mu masho ya bagenzawe?”