Indirimbo ya Salomo 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndi uw’umukunzi wanje, umukunzi wanje na we ni uwanje+. Ari kuragira+ mu malisi.” Yohani 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni jewe mwungere w’agahebuza+; umwungere w’agahebuza arigura intama+. Ivyahishuwe 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko wa Mwagazi w’intama+ ari hagati ya ya ntebe y’ubwami azobaragira+, kandi azobarongora ku masôko y’amazi+ y’ubuzima. Kandi Imana izohanagura amosozi yose ku maso yabo+.”
17 kuko wa Mwagazi w’intama+ ari hagati ya ya ntebe y’ubwami azobaragira+, kandi azobarongora ku masôko y’amazi+ y’ubuzima. Kandi Imana izohanagura amosozi yose ku maso yabo+.”