1 Samweli 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi Mikali+ umukobwa wa Sauli, yarakunda Dawidi; nuko babimenyesha Sauli, ico kintu aragishima. Yesaya 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hinge ndirimbire umukundwa wanje ururirimbo rw’uwo nikundira, ku bijanye n’umurima wiwe w’imizabibu+. Umukundwa wanje yari afise umurima w’imizabibu mu ruhande rw’umurambi rwimbuka.
5 Hinge ndirimbire umukundwa wanje ururirimbo rw’uwo nikundira, ku bijanye n’umurima wiwe w’imizabibu+. Umukundwa wanje yari afise umurima w’imizabibu mu ruhande rw’umurambi rwimbuka.