Indirimbo ya Salomo 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Watumye umutima wanje udidagizwa, ewe mushikanje+, mugeni wanje+, watumye umutima wanje udidagizwa kubera rimwe mu maso yawe+, kubera akadede kamwe k’urunigi rwawe. 1 Timoteyo 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abagore bahumuye+ nka ba nyoko, abagore bakiri bato na bo nka bashikawe+, mu kutandura kwose.
9 Watumye umutima wanje udidagizwa, ewe mushikanje+, mugeni wanje+, watumye umutima wanje udidagizwa kubera rimwe mu maso yawe+, kubera akadede kamwe k’urunigi rwawe.