ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Indirimbo ya Salomo 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ingo tujane tuvuye i Libani, ewe mugeni+, tujane tuvuye i Libani+. Numanuke uvuye kw’isonga rya Anti-Libani, uvuye kw’isonga rya Seniri+, mbere kuri Herumoni+, uvuye mu butaho bw’intambwe, uvuye mu misozi y’ingwe.

  • Yohani 3:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Uwufise umugeni ni we mukwe+. Ariko umugenzi w’umukwe, iyo ahagaze amwumva, aragira akanyamuneza kenshi kubera ijwi rya nya mukwe. Ako kanyamuneza kanje rero karujujwe+.

  • Ivyahishuwe 21:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze haza umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi yuzuye ivyago indwi vya nyuma+, avugana nanje ati: “Ingo hano, nkwereke umugeni, ari we mugore wa wa Mwagazi w’intama+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika