Indirimbo ya Salomo 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Umukunzi wanje yamanutse ku murima wiwe+, ku matuta y’ibiterwa vy’ibimota+, kuragira+ mu mirima, no kwaha amalisi.
2 “Umukunzi wanje yamanutse ku murima wiwe+, ku matuta y’ibiterwa vy’ibimota+, kuragira+ mu mirima, no kwaha amalisi.