Indirimbo ya Salomo 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Raba! Uri mwiza, ewe mwigeme nikundira+! Raba! Uri mwiza. Amaso yawe ni ay’inuma+.” Indirimbo ya Salomo 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Watumye umutima wanje udidagizwa, ewe mushikanje+, mugeni wanje+, watumye umutima wanje udidagizwa kubera rimwe mu maso yawe+, kubera akadede kamwe k’urunigi rwawe. Indirimbo ya Salomo 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Izosi ryawe+ ni nk’umunara w’amasenge. Amaso yawe+ ni nk’ibidengeri i Heshiboni+, iruhande y’irembo rya Bati-rabimu. Izuru ryawe ni nk’umunara w’i Libani, uraba amagana i Damasiko.
9 Watumye umutima wanje udidagizwa, ewe mushikanje+, mugeni wanje+, watumye umutima wanje udidagizwa kubera rimwe mu maso yawe+, kubera akadede kamwe k’urunigi rwawe.
4 Izosi ryawe+ ni nk’umunara w’amasenge. Amaso yawe+ ni nk’ibidengeri i Heshiboni+, iruhande y’irembo rya Bati-rabimu. Izuru ryawe ni nk’umunara w’i Libani, uraba amagana i Damasiko.