Zaburi 45:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+. Yesaya 49:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”
9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+.
23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”