2 Samweli 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bimera rero nk’umuco w’igitondo, igihe izuba rirashe+,Igitondo kitagira ibicu.Bivuye ku kwakaka, bivuye ku mvura, ivyatsi birasokoroka bikava mw’isi+.’ Yesaya 58:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ico gihe umuco wawe woseruka nk’umutwenzi+; ugusubirana kwawe kwonaga ningoga+. Kandi ubugororotsi bwawe bwogendera imbere yawe+; ubuninahazwa bwa Yehova ni bwo bwokubera abacunzi b’inyuma+.
4 Bimera rero nk’umuco w’igitondo, igihe izuba rirashe+,Igitondo kitagira ibicu.Bivuye ku kwakaka, bivuye ku mvura, ivyatsi birasokoroka bikava mw’isi+.’
8 “Ico gihe umuco wawe woseruka nk’umutwenzi+; ugusubirana kwawe kwonaga ningoga+. Kandi ubugororotsi bwawe bwogendera imbere yawe+; ubuninahazwa bwa Yehova ni bwo bwokubera abacunzi b’inyuma+.