ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Malaki 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi mwebwe abatinya izina ryanje izuba ry’ubugororotsi rizobarasira koko+, riri n’ugukiza mu mababa yaryo+; namwe muzosohoka vy’ukuri mwikina amatavu nk’inyana zadoheshejwe+.”

  • Matayo 17:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+.

  • Ivyahishuwe 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi yari afise mu kuboko kwiwe kw’ukuryo inyenyeri indwi+, mu kanwa kiwe hasokorokamwo inkota ndende y’ubugi bubiri, ikarishe+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo rikayanganye mu bubasha bwaryo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika