Umusiguzi 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Naritunganirije imirima n’amashamba+ abereye ijisho, nongera ndabiteramwo ibiti vy’ivyamwa vy’ubwoko bwose. Indirimbo ya Salomo 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Umukunzi wanje yamanutse ku murima wiwe+, ku matuta y’ibiterwa vy’ibimota+, kuragira+ mu mirima, no kwaha amalisi.
5 Naritunganirije imirima n’amashamba+ abereye ijisho, nongera ndabiteramwo ibiti vy’ivyamwa vy’ubwoko bwose.
2 “Umukunzi wanje yamanutse ku murima wiwe+, ku matuta y’ibiterwa vy’ibimota+, kuragira+ mu mirima, no kwaha amalisi.