Indirimbo ya Salomo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntimundabe kubera ko nsa n’inginagina, kubera ko izuba ryambabuye. Bene mama baranshavuriye; bangize umucunzi w’imirima y’imizabibu, naho umurima wanje w’imizabibu+, uwari rwanje, ntawucunze. Ivyahishuwe 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Tunezerwe kandi dusesekare umunezero, kandi tumuhe ubuninahazwa+, kuko ubugeni+ bwa wa Mwagazi w’intama bushitse+, kandi n’umugore wiwe yiteguye+.
6 Ntimundabe kubera ko nsa n’inginagina, kubera ko izuba ryambabuye. Bene mama baranshavuriye; bangize umucunzi w’imirima y’imizabibu, naho umurima wanje w’imizabibu+, uwari rwanje, ntawucunze.
7 Tunezerwe kandi dusesekare umunezero, kandi tumuhe ubuninahazwa+, kuko ubugeni+ bwa wa Mwagazi w’intama bushitse+, kandi n’umugore wiwe yiteguye+.