Indirimbo ya Salomo 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ewe numa yanje+ iri mu bwihisho bw’urutare, ahihishije h’inzira ihanamye, nyereka agashusho kawe+, nyumvisha akajwi kawe, kuko akajwi kawe karyoshe, n’agashusho kawe kakaba gateye igomwe+.’”
14 Ewe numa yanje+ iri mu bwihisho bw’urutare, ahihishije h’inzira ihanamye, nyereka agashusho kawe+, nyumvisha akajwi kawe, kuko akajwi kawe karyoshe, n’agashusho kawe kakaba gateye igomwe+.’”