Indirimbo ya Salomo 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umukunzi wanje kuri jewe ameze nk’umusoko w’ihina+, mu mirima y’imizabibu y’i Eni-gedi+.” Indirimbo ya Salomo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Urukoba rwawe ni iparadizo y’amakomamanga, iriko ivyamwa vyizavyiza+, ibiterwa vy’ihina kumwe n’ivya narada+;
13 Urukoba rwawe ni iparadizo y’amakomamanga, iriko ivyamwa vyizavyiza+, ibiterwa vy’ihina kumwe n’ivya narada+;