Indirimbo ya Salomo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo igiti c’umusukoni+, cejeje insukoni zaco za kare+; kandi imizabibu ni urushurwe, yarekuye ugutamirana kwayo. Haguruka, ingo, mwigeme nikundira+, mwiza wanje, ugende.
13 Nayo igiti c’umusukoni+, cejeje insukoni zaco za kare+; kandi imizabibu ni urushurwe, yarekuye ugutamirana kwayo. Haguruka, ingo, mwigeme nikundira+, mwiza wanje, ugende.