Yesaya 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi ishurwe rikabirana+ ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera ritegerezwa gucika nk’insukoni ya kare+ imbere y’ici, iyo umubonyi abona, mu gihe ikiri mu kiganza ciwe, akayimira miyonzwa. Nahumu 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ibibanza vyawe vyose bikingijwe ibihome bimeze nk’ibiti vy’imisukoni biriko ivyamwa vya mbere vyeze: iyo binyigangijwe ntibibura gutibagurikira mu kanwa k’umuryi+.
4 Kandi ishurwe rikabirana+ ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera ritegerezwa gucika nk’insukoni ya kare+ imbere y’ici, iyo umubonyi abona, mu gihe ikiri mu kiganza ciwe, akayimira miyonzwa.
12 Ibibanza vyawe vyose bikingijwe ibihome bimeze nk’ibiti vy’imisukoni biriko ivyamwa vya mbere vyeze: iyo binyigangijwe ntibibura gutibagurikira mu kanwa k’umuryi+.