ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 24:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Niwakubita igiti cawe c’umwelayo, ntuze usubire mu mashami yaco aho waciye. Ivyasigaye bikwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi+.

  • Yesaya 17:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi muri we hazosigara itorora nk’igihe bakubita igiti c’umwelayo: imyelayo ibiri canke itatu ihiye mw’isonga ry’ishami; ine canke itanu ku mashami yaho yama ivyamwa,” ni ko Yehova Imana ya Isirayeli avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika