ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kandi Yehova ata gukeka azobasanzaza mu bisata vy’abantu+, kandi koko muzosigara muri inkehwa+ mu mahanga Yehova azobirukaniramwo.

  • Gusubira mu vyagezwe 24:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Niwakubita igiti cawe c’umwelayo, ntuze usubire mu mashami yaco aho waciye. Ivyasigaye bikwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi+.

  • Abacamanza 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Amaherezo ababwira ati: “None nakoze iki ugereranije namwe+? Ivyo Efurayimu+ yatoroye* ntibiruta inzabibu zasārūwe na Abi-ezeri+?

  • Yesaya 24:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuko ukwo ari ko bizomera hagati mu gihugu, hagati mu bisata vy’abantu, nk’ugukubita igiti c’umwelayo+, nk’ugutorora igihe iyegeranya ry’inzabibu ryarangiye+.

  • Abaroma 9:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Vyongeye, Yesaya arasemerera ku vyerekeye Isirayeli ati: “Naho igitigiri ca bene Isirayeli coba nk’umusenyi w’ikiyaga+, amasigarira ni yo azokizwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika