ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?

      Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+?

      Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+.

  • Ezira 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, uragororotse+, kuko dusigaye turi abantu bacitse kw’icumu, nk’uko biri uyu musi. Ehe turi imbere yawe twagirwa n’icaha+, kuko tudashobora guhagarara imbere yawe kubera ico+.”

  • Zaburi 145:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Bazodudubiza amajambo bavuga ubwinshi bw’ukumera neza kwawe+,

      Kandi kubera ubugororotsi bwawe, bazokwiha akamo k’umunezero+.

  • Ivyahishuwe 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bariko baririmba ururirimbo rwa Musa+ wa mushumba w’Imana n’ururirimbo rwa wa Mwagazi w’intama+, bati:

      “Ibikorwa vyawe birakomeye kandi ni agatangaza+, Yehova Mana, Mushoboravyose+. Inzira zawe ziragororotse kandi ni iz’ukuri+, Mwami w’ibihe bidahera+.

  • Ivyahishuwe 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika