Yeremiya 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ese iyo mba mfise mu gahinga ahantu h’uburaro h’ingenzi+! Nohevye rero abantu banje nkaja kure yabo, kuko bose ari abarenga ibigo+, ikoraniro ry’agakūra ry’ibihemu+; Hoseya 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Mwarimye ububisha+. Ibitagororotse ni vyo mwashwabuye+. Mwariye ivyamwa vy’ubuhendanyi+, kuko wizigiye inzira yawe+, ukizigira ubwinshi bw’abanyenkomezi bawe+.
2 Ese iyo mba mfise mu gahinga ahantu h’uburaro h’ingenzi+! Nohevye rero abantu banje nkaja kure yabo, kuko bose ari abarenga ibigo+, ikoraniro ry’agakūra ry’ibihemu+;
13 “Mwarimye ububisha+. Ibitagororotse ni vyo mwashwabuye+. Mwariye ivyamwa vy’ubuhendanyi+, kuko wizigiye inzira yawe+, ukizigira ubwinshi bw’abanyenkomezi bawe+.