Yeremiya 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nararavye imisozi, nsanga iriko iratigita, imirambi na yo iriko iranyiganyizwa yose+. Nahumu 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imisozi iratigise kubera we, n’imirambi irashonze+. Isi izosebagirika kubera mu maso hiwe; n’ubutaka bwimbuka buzosebagirika, be n’ababa kuri bwo bose+. Habakuki 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yarahagaze kugira anyiganyize isi+. Yararāvye, asimbasimbisha amahanga+. Imisozi y’ibihe bidahera yaramenaguritse+; imirambi yamaho igihe kitagira urugero yarunamye+. Izo ni zo nzira ziwe za kera.
5 Imisozi iratigise kubera we, n’imirambi irashonze+. Isi izosebagirika kubera mu maso hiwe; n’ubutaka bwimbuka buzosebagirika, be n’ababa kuri bwo bose+.
6 Yarahagaze kugira anyiganyize isi+. Yararāvye, asimbasimbisha amahanga+. Imisozi y’ibihe bidahera yaramenaguritse+; imirambi yamaho igihe kitagira urugero yarunamye+. Izo ni zo nzira ziwe za kera.