ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 107:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Baragira ibizunguzungu bakagenda badandabagirana nk’imborerwa+,

      Mbere n’ubukerebutsi bwabo bwose bukavurungana+.

  • Yesaya 19:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Yehova ubwiwe yavanganije muri we impwemu y’ukubura iyo uja n’iyo uva+; kandi bayerereje Misiri mu gikorwa cayo cose, nk’uko imborerwa idandabagirana mu bidahwe vyayo+.

  • Yesaya 29:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nimuhatebe, mwumirwe+; nimwihume amaso, muhumishwe+. Bāborewe+, ariko bataborejwe n’umuvinyu; bagiye baradandabagirana, ariko atari kubera inzoga iboreza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika