Zaburi 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+. Zaburi 98:1 Bibiliya y’isi nshasha 98 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,Kuko ivyo yakoze ari agatangaza+.Ukuryo kwiwe, mbere ukuboko kwiwe kweranda, kwamuronkeje ubukiriro+. Zaburi 107:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yoo! abantu nibakengurukire Yehova kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+No kubera ibikorwa vyiwe vy’agatangaza akorera abana b’abantu+! Zaburi 145:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uko iyaruka rikurikira irindi, rizokeza ibikorwa vyawe+,Kandi bazotangaza ibikorwa vyawe vy’inkomezi+.
5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+.
98 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,Kuko ivyo yakoze ari agatangaza+.Ukuryo kwiwe, mbere ukuboko kwiwe kweranda, kwamuronkeje ubukiriro+.
8 Yoo! abantu nibakengurukire Yehova kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+No kubera ibikorwa vyiwe vy’agatangaza akorera abana b’abantu+!
4 Uko iyaruka rikurikira irindi, rizokeza ibikorwa vyawe+,Kandi bazotangaza ibikorwa vyawe vy’inkomezi+.