Zefaniya 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+. Malaki 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kandi muzohonyangira hasi ababisha, kuko bazocika nk’intumo munsi y’ubworo bw’ibirenge vyanyu ku musi nzogira ico nkoze+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+.
3 “Kandi muzohonyangira hasi ababisha, kuko bazocika nk’intumo munsi y’ubworo bw’ibirenge vyanyu ku musi nzogira ico nkoze+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.