Zaburi 28:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko batitaho ibikorwa vya Yehova+,Canke igikorwa c’amaboko yiwe+.Azobasambura ntabubake. Yesaya 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi inanga n’igicurarangisho c’imirya, akagoma n’umwironge n’umuvinyu ntibihara mu nzimano zabo+; mugabo igikorwa ca Yehova ntibaraba, n’igikorwa c’amaboko yiwe ntibakibonye+. Hoseya 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abantu banje biyemeje kumpemukira+. Babahamagara berekeza hejuru; nta n’umwe ahaguruka.
12 Kandi inanga n’igicurarangisho c’imirya, akagoma n’umwironge n’umuvinyu ntibihara mu nzimano zabo+; mugabo igikorwa ca Yehova ntibaraba, n’igikorwa c’amaboko yiwe ntibakibonye+.