Zaburi 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova ubwiwe azoha koko inkomezi abantu biwe+.Yehova ubwiwe azohezagiza abantu biwe amahoro+. Yesaya 57:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ndema icamwa c’iminwa+. Hazoba amahoro abandanya ku wuri kure no ku wuri hafi+,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzomukiza+.” Yeremiya 33:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 egome, avuze ati: ‘Ehe ngira ndamuzanire ugusubirana be n’amagara+; nzobakiza nongere ndabahishurire amahoro n’ukuri vy’umurengera+. Yohani 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ndabasigiye amahoro, ndabahaye amahoro yanje+. Sindayabaha nk’uko isi iyatanga. Imitima yanyu ntihagarare canke ngo itekerwe n’ubwoba.
19 “Ndema icamwa c’iminwa+. Hazoba amahoro abandanya ku wuri kure no ku wuri hafi+,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzomukiza+.”
6 egome, avuze ati: ‘Ehe ngira ndamuzanire ugusubirana be n’amagara+; nzobakiza nongere ndabahishurire amahoro n’ukuri vy’umurengera+.
27 Ndabasigiye amahoro, ndabahaye amahoro yanje+. Sindayabaha nk’uko isi iyatanga. Imitima yanyu ntihagarare canke ngo itekerwe n’ubwoba.