Gusubira mu vyagezwe 32:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+. Yeremiya 47:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Ahaa, ewe nkota ya Yehova+! Uzogeza ryari kutaguma hamwe? Subizwa mu rwubati rwawe+. Ruhuka, ucereze.
41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+.
6 “Ahaa, ewe nkota ya Yehova+! Uzogeza ryari kutaguma hamwe? Subizwa mu rwubati rwawe+. Ruhuka, ucereze.