Yesaya 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuri uwo musi, abazoba basigaye ba Isirayeli+ be n’abacitse kw’icumu b’inzu ya Yakobo ntibazokwongera kwishimikiza uwubakubita+, ariko bazokwishimikiza Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+, mu kuri+. Yeremiya 50:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Bene Isirayeli na bene Yuda bariko bahaharizwa hamwe, kandi ababagize imbohe bose barabagumije+. Baranse kubarekura+.
20 Kuri uwo musi, abazoba basigaye ba Isirayeli+ be n’abacitse kw’icumu b’inzu ya Yakobo ntibazokwongera kwishimikiza uwubakubita+, ariko bazokwishimikiza Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+, mu kuri+.
33 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Bene Isirayeli na bene Yuda bariko bahaharizwa hamwe, kandi ababagize imbohe bose barabagumije+. Baranse kubarekura+.