Yesaya 47:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nararakariye abantu banje+. Narahumanije intoranwa yanje+, ndabatanga mu kuboko kwawe+. Nta mbabazi wabagiriye+. Ku mutama ingǒgo yawe wayigize iyiremereye cane+.
6 Nararakariye abantu banje+. Narahumanije intoranwa yanje+, ndabatanga mu kuboko kwawe+. Nta mbabazi wabagiriye+. Ku mutama ingǒgo yawe wayigize iyiremereye cane+.