13 Kandi nzoramvura ata gukeka kuri Yeruzalemu ikamba yo gupimisha+ yakoreshejwe kuri Samariya+ be n’ikiringanisho cakoreshejwe ku nzu ya Ahabu+; kandi nzohanagura+ koko Yeruzalemu nk’uko umuntu ahanagura ibakure itagira ibigōmbo, akayihanagura hanyuma akayubika+.