Yesaya 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi bizobwirizwa kuba nka kurya kwo mu ndoto, mw’iyerekwa ryo mw’ijoro, ku bijanye n’isinzi ry’amahanga yose ariko ararwanya Ariyeli+, emwe, abamurwanya bose, n’iminara y’ukumusugereza be n’abatuma bimugora+.
7 Kandi bizobwirizwa kuba nka kurya kwo mu ndoto, mw’iyerekwa ryo mw’ijoro, ku bijanye n’isinzi ry’amahanga yose ariko ararwanya Ariyeli+, emwe, abamurwanya bose, n’iminara y’ukumusugereza be n’abatuma bimugora+.