ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko na bo nyene, amahanga menshi n’abami bahambaye+, babakoresheje nk’abasuku+; kandi nzobishura nk’uko igikorwa cabo kiri, nk’uko igikorwa c’amaboko yabo kiri+.’”

  • Zakariya 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Emwe, nzokoranya amahanga yose kugira atere Yeruzalemu+; ico gisagara kizofatwa ata kabuza+, amazu asahurwe, n’abagore bashurashuzwe ku nguvu+. Kandi ica kabiri c’igisagara kizoja mu bunyagano+; ariko abazosigara mu bantu+ ntibazorandurwa mu gisagara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika