Zaburi 44:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko umutima wacu wajondamye gushika ku mukungugu+;Inda yacu yamatanye n’isi. Yesaya 51:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi nzogishira mu kuboko kw’abagutera ishavu+, abakubwiye ngo: ‘Unama twijabukire,’ ku buryo wagira umugongo wawe nk’isi, nk’ibarabara ku bajabuka+.”
23 Kandi nzogishira mu kuboko kw’abagutera ishavu+, abakubwiye ngo: ‘Unama twijabukire,’ ku buryo wagira umugongo wawe nk’isi, nk’ibarabara ku bajabuka+.”