Nehemiya 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ewe Mana yanje, wibuke+ Tobiya+ na Sanibalati, nk’uko ibi bikorwa vy’umwumwe wese biri, na Nowadiya umuhanuzikazi+ be n’abandi bahanuzi baguma barondera kuntera ubwoba. Yesaya 49:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbere n’umugwi w’imbohe w’umugabo w’inkomezi uzojanwa+, kandi abamaze kujanwa n’intwazamukazo bazorokoka+. Jewe ubwanje nzonigana n’abanigana nawe+, kandi abana bawe jewe ubwanje nzobakiza+.
14 Ewe Mana yanje, wibuke+ Tobiya+ na Sanibalati, nk’uko ibi bikorwa vy’umwumwe wese biri, na Nowadiya umuhanuzikazi+ be n’abandi bahanuzi baguma barondera kuntera ubwoba.
25 Mugabo ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbere n’umugwi w’imbohe w’umugabo w’inkomezi uzojanwa+, kandi abamaze kujanwa n’intwazamukazo bazorokoka+. Jewe ubwanje nzonigana n’abanigana nawe+, kandi abana bawe jewe ubwanje nzobakiza+.