27 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: umutwaro wiwe uzokuva ku rutugu+, n’ingǒgo yiwe ikuve kw’izosi+, kandi iyo ngǒgo izoshwanyagurwa+ kubera amavuta.”
10 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Imyaka mirongo irindwi niyarangira muri i Babiloni, nzobitaho+, kandi nzoshitsa kuri mwebwe ijambo ryanje ryiza mu kubagarukana aha hantu+.’